
Sign up to save your library
With an OverDrive account, you can save your favorite libraries for at-a-glance information about availability. Find out more about OverDrive accounts.
Find this title in Libby, the library reading app by OverDrive.

Search for a digital library with this title
Title found at these libraries:
Library Name | Distance |
---|---|
Loading... |
Waruzi ko abavugishwa ba kera, bifuje kandi bakarondera ako gakiza gakomeye kiyerekanye kuri twebwe? Ntibashobora kwibaza uko ako gakiza kazoza kubantu... ariko turahezagiwe kuba twarakiriye ako gakiza! Twarakiriye agakiza kuko hari umuntu yatubwiye ibikerekeye. Muri iki gitabo kiryoshe, Umuvugabutumwa Dag Heward-Mills ntaturongorera kumenya gusa k'ukumenya agakiza kacu gakomeye ariko kandi aratwigisha ukungene twosangira ako gakiza gakomeye n'Abandi. Ese umwe wese muri twebwe yokora igikorwa c'Umuvugabutumwa.!