Ca Giti N'ibango Ryawe

ebook

By Dag Heward-Mills

cover image of Ca Giti N'ibango Ryawe

Sign up to save your library

With an OverDrive account, you can save your favorite libraries for at-a-glance information about availability. Find out more about OverDrive accounts.

   Not today
Libby_app_icon.svg

Find this title in Libby, the library reading app by OverDrive.

app-store-button-en.svg play-store-badge-en.svg
LibbyDevices.png

Search for a digital library with this title

Title found at these libraries:

Loading...

Benshi muri twebwe ntibatahura ingene inkuru y'igiti kimenyesha ikibi n'iciza muri bibiliya bitwerekeye. Twiyumvira ko ari ikintu kibabaje cabaye cakoze kuri Adamu na Eva kandi ko twe twagisimvye. Mbe woba warasimvye vyukuri igiti kimenyesha iciza n'ikibi?
Muri iki gitabo gitumbereye, uzobona ko igiti kimenyesha iciza n'ikibi kikibaho n'uyu musi. Uzosangamwo kandi ko gifise vyabigeragezo nyene kuri twebwe nkuko cabikoze kuri Adamu na Eva. Uzobona kandi ukuri kuzogufasha kuba muri ubu buzima n'igikorwa ukoresheje ubumenyi wakuye muri kino gitabo. "

Ca Giti N'ibango Ryawe