Bamwe ari Abana b' Akaga

ebook

By Dag Heward-Mills

cover image of Bamwe ari Abana b' Akaga

Sign up to save your library

With an OverDrive account, you can save your favorite libraries for at-a-glance information about availability. Find out more about OverDrive accounts.

   Not today

Find this title in Libby, the library reading app by OverDrive.

Download Libby on the App Store Download Libby on Google Play

Search for a digital library with this title

Title found at these libraries:

Library Name Distance
Loading...

"Iki gitabo ni iyindi ngabire iva ku mwanditsi Dag Heward-Mills ku bakozi b'Imana bose bazogisoma. Iki gitabo kirishura ibibazo vyawe vyose vy'uko ubigenza ku migenderanire igoye hagati y'Abavyeyi n'abana. Biciye mu nyigisho z'iki gitabo, uzokwiyambura umuvumo ku buzima bwawe wizaneko umugisha. Aba Papa n'abantu b'akamaro cane bakuza abana babo bakabakingira. Ata ba Papa bahari, ntihoba abana bokubandanya igikorwa c'Imana ku rundi runganwe n'urundi.
Ihamagarwa ry'Imana riratotahara canke rigapfira mu bushobozi bwawe bw'uko wigenza kuri ba so. Soma Iki gitabo, wirinde umuvumo wo kutubaha, kugaba, no kugira imigenderanire mibi na ba so. "

Bamwe ari Abana b' Akaga