
Sign up to save your library
With an OverDrive account, you can save your favorite libraries for at-a-glance information about availability. Find out more about OverDrive accounts.
Find this title in Libby, the library reading app by OverDrive.

Search for a digital library with this title
Title found at these libraries:
Library Name | Distance |
---|---|
Loading... |
Abagarariji ntibibuka ikintu na kimwe bakorewe kandi kenshi bahitamwo kwibagira ibintu bimwe bimwe. Yuda ntiyibutse ivy' Umwami yamukoreye, ntiyibuka n'ivyo yiboneye kandi yiyumviye kuri Yesu. Nico gituma yacitse uw'imibereho mibi tuzi uyu munsi nka Yuda.
Ubushobozi bwo Kwibuka ni kimwe mu bintu vya nkenerwa vyo mu Mpwemu umukozi w'Imana yoronka. Abantu batibuka nigake bibagendera neza. Ntibashobora gushika ku rugezo rumwe rwo hejuru. Iki gitabo ca nkenerwa kuri Iki cirwa kitamenyerewe ni ingabire y'Imana ikujeko.