
Sign up to save your library
With an OverDrive account, you can save your favorite libraries for at-a-glance information about availability. Find out more about OverDrive accounts.
Find this title in Libby, the library reading app by OverDrive.

Search for a digital library with this title
Title found at these libraries:
Library Name | Distance |
---|---|
Loading... |
Muri iki gitabo, ibishoboka vyarahawe uwunesha, biciye mu kurimbura Bibiliya, mu gusenga no mu kwumvira, kugira azigame uguhura n'Imana kwa misi yose, kuzohindura igisata kimwe kimwe cose c'ukugendana n'Imana kwiwe. Birashoboka cane kwumva no guhura n'Imana imisi yose, mbere na kenshi ku musi. Irarindiriye kwumvirizwa. Iripfuza cane kuvugana n'abana bayo, kubumviriza no kubishura. Nticereje. Urashobora guhura nayo uyu musi kandi nayo irashobora guhura nawe, kandi ntuzosubira kuba wa wundi ukundi.Dushize ku mugaragaro iki gitabo dusenga ngo gikoreshwe n'Umwami mu guhezagira abana biwe, kwinjira i bwina mu kugendana kwabo nawe, no gushitsa imigambi y'Imana ku muntu ari yo: kuyimenya, kuba muri yo, no kuronkera umunezero muri Yo ibihe vyose!